Myvideo

Guest

Login

UMUGAMBWE CNL USOHOYE ITANGAZO RIKAZE,NIBO BARIGUTANGAMAHERA YO GUSAMBURA UMUGAMBWE

Uploaded By: Myvideo
1 view
0
0 votes
0

🔴CNL amakuru agezweho: Kuva tubabwiye kuri uru rubuga ko hari akagwi k’abahoze mu Biro Bikuru vy’umugambwe CNL bariko bahungabanya ibikorwa vy’umugambwe CNL,ubu haheze aho barondera abantu mu ntara zitandukanye kugira ngo bahurire i Bujumbura ngo bagire inyankamugayo aho ziri hose kutajana nyabahururu ahubwo na ntaryo bamirire kure abo bantu ba sesankuyoze hamwe n’abo bacuditse. Aha lero tukabaza amafaranga ariko aratangwa mu burere butandukanye aho ako karwi k’abo bantu bayakura niba batariko barakoreshwa koko. Wibaza ko boba bariko bakoresha amafaranga yabo? See lessCNL Twitter: _____________________________________________ 🔴CNL Indirimbo: _____________________________________________ 🔴CNL FB Page: ______________________________________________ 🔴CNL Group:

Share with your friends

Link:

Embed:

Video Size:

Custom size:

x

Add to Playlist:

Favorites
My Playlist
Watch Later